Uko habaye  ihungabana ryamahera yagaciro kubanyamitahe mukigo FED kijejwe ivunja ryamahera.

La FED: Ubuhinga bw’amafaranga ya crypto buracafise ingorane yokuduga kuva ayo mafaranga atangura kubura muntango zuwo mwaka twinjiye mubibazo. Guhindagurika kwifaranga ntibihumuriza  abashoramari, batinya gukurikiza ifaranga ridahinduka kukigega mpuzamakungu. Ubwo buhinga bwashizweho kugira bakwepe ubugenduzi bwamabanke bivanye nukwo bagenda barakurako inyungu zabo buhoro buhoro. Icociyumviro caranyarutse mw’ishirwaho ry’uwo mugambi kubera ryari ritandukanye n’ingingo zabategeka icokigega FED.

Ingingo zubutunzi bw’amerika zashiraho umugambi uhambaye wayomahera hamwe nokubandanya bibinziza mubibazo vyari vyatanguye kuva mukwezi kw’icumi kumwaka uheze. Dufashe ico ciyumvuro cuwo mugambi wigenga mukugenzura amahera yo muma banki hamwe n’amabanki makuru makuru vyari ngenderwako. Ingingo zibanki nkuru yamerika zifise inguvu mw’iyinzizwa ryuwo mugambi wayo mahera utomoye. Ico kigega carafashe ingingo zogusubira kwuriza ibitigiri vyo murubwo buyobozi kuruwo musi wagatatu ngo bibandanye bikora muruwo mugambi wayomahera.

Iyo ngingo yararindiriwe n’abajejwe ivyubutunzi mu mayinga makeya. Ibitigiri vyo mubuyobozi vyari vyongereye ibice 0’25% hanyuma bica bibandanya kuduga kubice 0’25 bibandanya bigora burigica hamwe nokumara igice cumwaka. Ubwo buringanire  bwatunganijwe neza bushoboye gushiraho igihe cishingwa. FED yacunze ivyobice mubuyobozi kubusa kugira bashobore gukinga ivyo bibazo vyinjiye mumwaka 2008. Tumaze kwibazako ingarukambi n’ingorane zavuye muri ico kigega FED.

Mukuva muruwo mugambi w’ubuhinga bw’amahera ya crypto, hahagaritswe ingingo zo mu mabanki makuru yamerika, gushika mugihe bamenyeshejwe izindi ngingo, mukigega FED vyari bizwineza. Amasoko yuwo mugambi amenyesha ko uyo mugambi wahagaze neza waraduze kandi izongingo ngo zaciye zisubira gutera amakenga kubera bisubiye kuzana kandi ikibazo kirekire kuruwo mugambi wamahera ya crypto. Izo ngingo zaragize inguvu gahoro gahoro muma banki makuru makuru ya Amerika kandi harabayemwo ibintu bikomeye cane muruwo mugambi wamahera. Amakenga yarahavuye arahera mubanyamitahe. Hamwe nivyotumye ibiciro bimanuka mu mayinga yanyuma. Uruhombo rwa FTX rwanyuma muri uwo mugambi wahagaze neza mubintu vyabandanije muma Soko mukuzana intandaro itigeze ibaho mw’itunganya ryivyo biciro vyuwo mugambi wayo mahera.

Ingingo zirindiriwe kandi kuwa gatatu inyuma y’inama y’ibanki nkuru ya leta zunze ubumwe za Amerika ishobora gushiraho n’imiburiburi amasoko yo gufasha muvyubutunzi. Tuzogaruka kuruhombo rwacu muriyo ngingo mukindi gihe. Abagihura nizo ntambamyi kurayo masoko n’imboneza zikoresha ayomahera. Hari Bitcoin hamwe n’a l’ethereum. Nizomboneza zayo mahera ziri mukibazo. Bitcoin yahomvye ayashika 3’15% mumisi mikeya hama bica birabandanya no mumisi iza. Kandi mugicungwa umwe ethereum yariyagutse  kuri Altcoin nayo yahomvye ayari hejuru 7’25% mumutahe wayo. Izindi Altcoin hagati  yingingo 10 zamasoko muriyo mitahe nayonyene yarahomvye. Binace (BCB)yaramanutse 4’19% reple (xRP) nayo yaramanutse cane gushika 8’79% hanyuma cardon (ADA) yahomvye mugaciro 6’69% mugihe degecoin (DOGE) yari yubahirijwe polygone (Matic) yariyubashwe gushika 10’02 hamwe 7’08% mugihe cimisi yanyuma.

Hamwe nizongendo zose abanyamutahe biyumviriyeko barindira ingingo zifatirwaho niyobanki y’amerika muco izokora. Dufashe muburinganire ngendanwa yajabuwe gushika kuri kuri Ema yahomvye 9 Ema

Musiya 20 Ema mumisi yanyuma akogashomeri kafashe abanyamutahe bose intandaro yatumye vyoroha mukumanuka kandi hariho abavyanse ubwanyuma mukwibagiza izongorane mugukinga ibihagararo vyabo bigora. Abo muri bitcoin bidahageze mwitembagazwa. Gushika ubu ibishasha muri banke nkuru yamerika ntivyakwezwe gukomera cane mw’iterabwoba ryabanyamitahe muruwo mugambi. Ethereum yarasubuye mumutekano, ivyo biciro vyarahinduwe hejuru ya 1’15 usd vyegereye buhoro intambamyi ntayo muvyukuri vyaratunganijwe biguzwe hagati 1’230 yamafaranga yamanyamerika (USD) hamwe 1’250.

E.N