2024 Umwaka w’ibihuhusi mu gisata c’amafaranga aca mu buhinga bwa none.
Tubandanya imisi yose n’integuro y’ishurahamwe VanEck ku kwisununura, gutera intambwe kw’amafaranga aca mu buhinga bwa none muri uno mwaka ugiye gutangura wa 2024. Mu nkuru
Home | SEQ
Tubandanya imisi yose n’integuro y’ishurahamwe VanEck ku kwisununura, gutera intambwe kw’amafaranga aca mu buhinga bwa none muri uno mwaka ugiye gutangura wa 2024. Mu nkuru
Uko impera z’umwaka zegereza, ni ko abahinga babandanya baraba kazoza katabona iyo ibintu biriko biraja, ariko bitwenza vy’aya mafaranga akoresha ubuhinga bwa none. Hari iyitwa
Evangile ni ijambo ryatowe kugira ryerekane ubuhinga buhanitse mu bwenge ndengabuntu Isirayeri ikoresha mu gutera ibisasu mu gace ka Gaza mu ngwano ibahuza na Hamas.
Bukeye bwaho ChangPeng Zhao atangiye imihoho, abahinga mu muvy’amafaranga akoreshwa mu buhinga bwa none, bose baribaza ingene Bitcoin rigiye kubaho CZ nkuko bamwita, uwahora ari
Ubutungane bwa Amerika busohoye kandi inkoni nini kugira buhane ishirahamwe rikomeye gusumba ayandi mw’ikoreshwa ry’amafaranga aca mu buhinga bwa none, Binance. Ryategerezwa gutanga amande y’imiliyaridi
Mawe ntiyigeze aja kw’ishure. Ntazi gusoma no kwandika. Uko ambonye imbere y’imashini nyabwonko aratangazwa, mbere akumigwa n’aka kayo gato kamfasha kwandika no gukurikira kuri interenete
Urwandiko duheruka kwandika ku mafaranga aca mu buhinga bwa none bwakoze ku ma NFT n’ubushobozi bwayo mu kugwiza itunga muri kazoza. Dufate ko ama NFT
Muri uru rukurikirane rw’insiguro ku mafaranga aca mu buhinga bwa none, twarongeye kubaha insiguro nshasha yayo. Twarababwiye ko ari amafaranga adakozwe mu kintu ushobora gufata
Kuva nandika amakuru kuvy’amafaranga ngurukana bumenyi (amafaranga ahanahanwa hakoreshejwe ubuhinga bwa none) benshi babandanya bibaza ikibazo kiguma kibaraje ishinga: Amafaranga arungikwa mu buhinga bwa none
Bitcoin birazwi ni ifaranga ngurukana bumenyi rikomeye mw’isi. Rikurikigwa na Ethereum ryama ari irya kabiri ku rutonde rw’ayo mafaranga mw’isi nzima. Ico Ethereum ryisangije, canke
uwa mbere: | 9.00 – 17.30 |
Kuwa kabiri: | 9.00 – 17.30 |
Mercredi: | 9.00 – 17.30 |
Kuwa gatatu: | 9.00 – 17.30 |
Kuwa gatanu: | 9.00 – 17.30 |