Ethereum itera ija imbere kuva aho FED iviriye mu gacerere.
Muri ibi bihe agaciro k’ifaranga rya Bitcoin kaguma kabandanya kamanuka, kagabanuka, ifaranga rya Ethereum ryo riguma riduga kandi ku rugero ritari bwashikeko kuva ribayeho. Kuva
Muri ibi bihe agaciro k’ifaranga rya Bitcoin kaguma kabandanya kamanuka, kagabanuka, ifaranga rya Ethereum ryo riguma riduga kandi ku rugero ritari bwashikeko kuva ribayeho. Kuva
Mu gihe Banki Nkuru ya Amerika FED itangarije ko hatosubira kuduzwa inyungu ku mitahe, bitcoin yageze ku rugero rw’amadolari 27500$. Abimba ubutare baciye bagomba kwikurako
Ifaranga Ripple ubu riragurishwa cane gose. Imitahe yaryo iragurwa ku bwinshi n’abagwizatunga bazwi kw’izina ry’ibifi binini bimira izindi ibimizi. Agaciro karyo kariyongereje nka 0,50$ kuva
Amakuru si meza na gato kuri Bitcoin muri uku kwezi kwa Myandagaro (8) naho hari abatabibona uko nka Tom Lee we avuga ko Bitcoin igiye
Turafise bamwe mubasoma ivyo twandika bafashe ingingo yo gukoresha amahera yabo canke tuvuge kuyakoresha mu kugura canke mu kugurisha ayaciye mu buhinga ngurukanabumenyi.Bakwezwe n’itama ryo
Abashakashatsi barakoze urutonde rw’ibintu 20 vyerekana aho ubwo bugizi bwa nabi bushobora gushika turavye urugero rw’ingaruka mbi rushobora guteza. Si ubwo bwo nyene bwizwe na
Mu vyo duheruka gusohora mu nyandiko zacu, twarashize ahabona uruhande rudatomoye bw’ubwengendengabuntu.Urwo ruhande rw’ubugizi bwa nabi burashobora guteza akaga isi mu misi iza. Ivyo vyibonekeza
Twese turarengerwa n’ibishobisho vy’umwizero ku vyiza bikorwa n’ubwenge bukorano. Dusanzwe tuzi ko ikiremwa muntu kirajwe ishinga n’umutekano, amagara n’ibiza vy’ibidukikije, baca bahitamwo rero gukoresha ubwenge
Ubwenge bukorano butubikiye iterambere ritandukanye n’ivyahahora mu gisata c’amagara y’Abantu. Nokwibutsa y’uko isi ya none yitayeho cane ibijanye n’umutekano be no kwinezereza. Amagara y’abantu ari
Ubwenge bukorano ntiburota buhagarika umurindi w’iterambere wabwo. Izi terefone ngendanwa zigezweho dukoresha ubu zirashobora guteshwa agaciro muvy’ubuhinga n’umuzo w’ibindi bikoresho bishasha biriko birakorwa n’amahinguriro agezweho
uwa mbere: | 9.00 – 17.30 |
Kuwa kabiri: | 9.00 – 17.30 |
Mercredi: | 9.00 – 17.30 |
Kuwa gatatu: | 9.00 – 17.30 |
Kuwa gatanu: | 9.00 – 17.30 |