Amakuru

Ubutwari bw’Umukenyezi

Mugihe abakoroni b’ababirigi bashimangira politike kugihugu c’uburundi mu kugabanya ububasha bw’umwami, si abagabo bahagurutse ngo bavyiyamirije,  abagabo bagumye mugacerere kandi bubahiriza amategeko bahawe n’abakoroni. Ibitandukanye

Bandanya aha

Gukiza inzara n’Ubuhinga bwa none.

                                                                                                                                                                      Umutekano mu gufungurwa ni umwitwarariko ukomeye cane mu bihugu vyose vyo muri Afirika.Umwimbu wama  wahungabanye, ibica bitera inzara n’izindi nkurikizi zitari nke. Ihindagurika ry’ibihe

Bandanya aha

Gufatwa ku nguvu kubera terefone yibwe

Vyabereye mu gasagara ka Kavumu, Kubirometero 20 y’uburaruko bw’igisagara  ca Bukavu. Agasagara gashushe kandi kumvikanamwo uruja n’uruza rwo ku kibuga c’indege n’ikambi y’ingabo zabasirikare b’ishirahamwe

Bandanya aha