Inguvu zo kugarukana amahoro muri Kivu y’ ubumanuko ya Republilika iharanira intwaro rusangi ya Congo.
Vyavuzwe na Bernardin SEBAHIRE, Umushakashatsi kwishure ryisumbuye ry’iterambere mu mitumba (ISDR/ Bukavu-RDC). Imyaka cumi, inyuma yishirwa ry’umukono ku masezerano y’amahoro, umutekano n’ iterambere mu ntara